2 Abami 25:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Maze bafata umwami+ hanyuma bamudugana ku mwami wa Babiloni i Ribula+, kugira ngo bamucire urubanza. 2 Ngoma 36:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nuko aduza umwami w’Abakaludaya+ ngo abatere, uno na we atangura kwicisha inkota+ imisore yabo mu nzu y’aheranda habo+, ntiyumvira impuhwe umusore canke umwigeme w’isugi, umutama canke umusaza bukokori+. Imana itanga ikintu cose mu kuboko kwiwe. Yeremiya 37:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nuko Umwami Zedekiya atuma kumuzana, maze atangura kumubaza ibibazo mu nzu yiwe, mu bwihisho+. Amubwira ati: “Hoba hariho ijambo rivuye kuri Yehova?” Yeremiya na we ati: “Ririho koko!” Yongerako ati: “Uzotangwa mu kuboko kw’umwami wa Babiloni+!” Yeremiya 39:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Mugabo inteko za gisirikare z’Abakaludaya zitangura kuboma inyuma+, zihambiriza Zedekiya mu biyaya vy’ubugaragwa vy’i Yeriko+. Maze baramufata bamuduganira Nebukadirezari umwami wa Babiloni i Ribula+ mu gihugu ca Hamati+, kugira ngo amucire urubanza+. Yeremiya 52:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Maze bafata umwami hanyuma bamudugana ku mwami wa Babiloni+ i Ribula+ mu gihugu ca Hamati+, kugira ngo amucire urubanza+. Ezekiyeli 17:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Nzosanza urusenga rwanje hejuru yiwe, kandi ntazobura gufatwa mu rusenga rwanje rw’uruhigi+; kandi nzomuzana i Babiloni, mburanireyo na we ku bijanye n’ubuhemu yangiriye+.
6 Maze bafata umwami+ hanyuma bamudugana ku mwami wa Babiloni i Ribula+, kugira ngo bamucire urubanza.
17 Nuko aduza umwami w’Abakaludaya+ ngo abatere, uno na we atangura kwicisha inkota+ imisore yabo mu nzu y’aheranda habo+, ntiyumvira impuhwe umusore canke umwigeme w’isugi, umutama canke umusaza bukokori+. Imana itanga ikintu cose mu kuboko kwiwe.
17 Nuko Umwami Zedekiya atuma kumuzana, maze atangura kumubaza ibibazo mu nzu yiwe, mu bwihisho+. Amubwira ati: “Hoba hariho ijambo rivuye kuri Yehova?” Yeremiya na we ati: “Ririho koko!” Yongerako ati: “Uzotangwa mu kuboko kw’umwami wa Babiloni+!”
5 Mugabo inteko za gisirikare z’Abakaludaya zitangura kuboma inyuma+, zihambiriza Zedekiya mu biyaya vy’ubugaragwa vy’i Yeriko+. Maze baramufata bamuduganira Nebukadirezari umwami wa Babiloni i Ribula+ mu gihugu ca Hamati+, kugira ngo amucire urubanza+.
9 Maze bafata umwami hanyuma bamudugana ku mwami wa Babiloni+ i Ribula+ mu gihugu ca Hamati+, kugira ngo amucire urubanza+.
20 Nzosanza urusenga rwanje hejuru yiwe, kandi ntazobura gufatwa mu rusenga rwanje rw’uruhigi+; kandi nzomuzana i Babiloni, mburanireyo na we ku bijanye n’ubuhemu yangiriye+.