Yeremiya 7:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Hagarara mw’irembo ry’inzu ya Yehova, maze uhatangarize iri jambo+, uvuge uti: ‘Nimwumve ijambo rya Yehova, mwebwe mwese abo muri Yuda, mwebwe mwinjira muri aya marembo kwunamira Yehova. Yeremiya 17:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ubabwire uti: ‘Nimwumve ijambo rya Yehova, yemwe bami ba Yuda na Yuda yose namwe mwese ababa i Yeruzalemu, mwinjirana muri aya marembo+.
2 “Hagarara mw’irembo ry’inzu ya Yehova, maze uhatangarize iri jambo+, uvuge uti: ‘Nimwumve ijambo rya Yehova, mwebwe mwese abo muri Yuda, mwebwe mwinjira muri aya marembo kwunamira Yehova.
20 Ubabwire uti: ‘Nimwumve ijambo rya Yehova, yemwe bami ba Yuda na Yuda yose namwe mwese ababa i Yeruzalemu, mwinjirana muri aya marembo+.