ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 49:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 49 Nimwumve ibi, yemwe bisata vy’abantu mwese!

      Tege ugutwi, yemwe ababayeho muri iki gihe* mwese+,

  • Imigani 1:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Haruguru ku mpera y’amabarabara yuzuye urwamo burasemerera+. Ku minjiriro y’amarembo yinjira mu gisagara, buravuga amajambo yabwo+, buti:

  • Yeremiya 19:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Uvuge uti: ‘Nimwumve ijambo rya Yehova, yemwe bami ba Yuda namwe ababa i Yeruzalemu+. Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo+, Imana ya Isirayeli, avuze:

      “‘“Ehe ngira nzane ivyago aha hantu, uwuzovyumva wese amatwi yiwe akaba azovugiramwo iminzerere+;

  • Yeremiya 22:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Uvuge uti: ‘Niwumve ijambo rya Yehova, yewe mwami wa Yuda wicaye ku ntebe y’ubwami ya Dawidi+, wewe n’abasuku bawe n’abantu bawe, abinjirana muri aya marembo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika