ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 13:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Nawe uze ubabwire uti: ‘Ibi ni vyo Yehova avuze: “Ehe ngira nuzuze akaborerwe+ ababa muri iki gihugu bose, n’abami bicara ku ntebe y’ubwami ya Dawidi+ mu kibanza ciwe, n’abaherezi, n’abahanuzi, n’ababa i Yeruzalemu bose.

  • Yeremiya 17:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 mu marembo y’iki gisagara hazokwinjirana rero abami kumwe n’abaganwa+, baze baricara ku ntebe y’ubwami ya Dawidi+, bagendera mu mukogote no ku mafarasi, bo n’abaganwa babo, abagabo ba Yuda n’ababa i Yeruzalemu; kandi iki gisagara kizobamwo koko abantu gushika igihe kitagira urugero.

  • Luka 1:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Uyo azoba mukuru+ kandi azokwitwa Umwana wa Musumbavyose+; kandi Yehova Imana azomuha intebe y’ubwami+ ya Dawidi se wiwe+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika