Yesaya 2:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 no ku masederi yose y’i Libani+ agereza hejuru kandi yidugije, no ku biti bisagaraye vyose vy’i Bashani+; Ezekiyeli 17:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Uze uvuge uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Ya nkona nini+, imwe ifise amababa manini+, ikagira n’amubi maremare, ikaba yuzuyeko amoya, imwe yari ifise amabara y’indobeke, yaraje i Libani+ itora ubushorishori+ bw’isederi+.
13 no ku masederi yose y’i Libani+ agereza hejuru kandi yidugije, no ku biti bisagaraye vyose vy’i Bashani+;
3 Uze uvuge uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Ya nkona nini+, imwe ifise amababa manini+, ikagira n’amubi maremare, ikaba yuzuyeko amoya, imwe yari ifise amabara y’indobeke, yaraje i Libani+ itora ubushorishori+ bw’isederi+.