Yeremiya 29:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 kuko bakoze ivy’ubwenge buke muri Isirayeli+, bakaba baguma barenga ibigo n’abagore ba bagenzi babo+ kandi bakaguma bavuga babesha mw’izina ryanje ijambo ntabategetse+. “‘“Ni jewe ndabizi kandi ndi icabona+,” ni ko Yehova avuze.’”
23 kuko bakoze ivy’ubwenge buke muri Isirayeli+, bakaba baguma barenga ibigo n’abagore ba bagenzi babo+ kandi bakaguma bavuga babesha mw’izina ryanje ijambo ntabategetse+. “‘“Ni jewe ndabizi kandi ndi icabona+,” ni ko Yehova avuze.’”