2 Abami 24:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Nayo abagabo b’intwari bose, ibihumbi indwi, n’abahinguzi b’utugenegene n’abubatsi b’ibibambazi, igihumbi, abagabo b’abanyenkomezi bose barwana intambara, umwami wa Babiloni abajana i Babiloni ari inyagano+.
16 Nayo abagabo b’intwari bose, ibihumbi indwi, n’abahinguzi b’utugenegene n’abubatsi b’ibibambazi, igihumbi, abagabo b’abanyenkomezi bose barwana intambara, umwami wa Babiloni abajana i Babiloni ari inyagano+.