2 Abami 25:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Abahungu ba Zedekiya babicira mu maso yiwe+, amaso ya Zedekiya na yo arayahumisha+, hanyuma amubohesha amapingu y’umujumpu+ araheza amujana i Babiloni+. Ezekiyeli 12:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kandi nzosanza vy’ukuri urusenga rwanje hejuru yiwe, afatirwe mu rusenga rwanje rw’uruhigi+; nzomuzana i Babiloni, mu gihugu c’Abakaludaya+, mugabo ntazokibona; kandi aho ni ho azopfira+.
7 Abahungu ba Zedekiya babicira mu maso yiwe+, amaso ya Zedekiya na yo arayahumisha+, hanyuma amubohesha amapingu y’umujumpu+ araheza amujana i Babiloni+.
13 Kandi nzosanza vy’ukuri urusenga rwanje hejuru yiwe, afatirwe mu rusenga rwanje rw’uruhigi+; nzomuzana i Babiloni, mu gihugu c’Abakaludaya+, mugabo ntazokibona; kandi aho ni ho azopfira+.