Yeremiya 36:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Amaherezo nya baganwa babwira Baruki bati: “Genda wihishe, wewe na Yeremiya, kugira ngo ntihagire uwumenya aho muri+.”
19 Amaherezo nya baganwa babwira Baruki bati: “Genda wihishe, wewe na Yeremiya, kugira ngo ntihagire uwumenya aho muri+.”