Itanguriro 1:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Imana yongera kuvuga iti: “Tureme+ umuntu mw’ishusho yacu+, nk’uko dusa+, aganze amafi yo mu kiyaga, n’ibiremwa biguruka vyo mu kirere, n’ibitungwa, n’isi yose, n’igikoko kigendagenda cose kigendagenda kw’isi+.” Itanguriro 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nuko Yehova Imana abumba umuntu mu mukungugu+ w’ubutaka+ araheza ahuhira mu mazuru yiwe impemu y’ubuzima+, maze nya muntu aba umuntu* muzima+. Yesaya 42:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ibi ni vyo Imana y’ukuri, Yehova, ivuze, Umuremyi w’amajuru+ akaba n’Umwe ahambaye ayaramvura+, Umwe asasa isi+ n’umwimbu wayo+, Umwe aha impemu+ abantu bo kuri yo+, agaha n’impwemu abagendagenda kuri yo+: Ivyakozwe 17:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Kandi yakoze amahanga yose+ y’abantu iyakuye mu muntu umwe+, ngo babe ku buringanire bwose bw’isi+, ishinga ibihe+ n’imbibe z’aho abantu baba+,
26 Imana yongera kuvuga iti: “Tureme+ umuntu mw’ishusho yacu+, nk’uko dusa+, aganze amafi yo mu kiyaga, n’ibiremwa biguruka vyo mu kirere, n’ibitungwa, n’isi yose, n’igikoko kigendagenda cose kigendagenda kw’isi+.”
7 Nuko Yehova Imana abumba umuntu mu mukungugu+ w’ubutaka+ araheza ahuhira mu mazuru yiwe impemu y’ubuzima+, maze nya muntu aba umuntu* muzima+.
5 Ibi ni vyo Imana y’ukuri, Yehova, ivuze, Umuremyi w’amajuru+ akaba n’Umwe ahambaye ayaramvura+, Umwe asasa isi+ n’umwimbu wayo+, Umwe aha impemu+ abantu bo kuri yo+, agaha n’impwemu abagendagenda kuri yo+:
26 Kandi yakoze amahanga yose+ y’abantu iyakuye mu muntu umwe+, ngo babe ku buringanire bwose bw’isi+, ishinga ibihe+ n’imbibe z’aho abantu baba+,