2 Abami 23:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Yehoyakimu+ yari afise imyaka mirongo ibiri n’itanu igihe yatangura kuganza, maze amara imyaka cumi n’umwe aganza i Yeruzalemu+. Nyina yitwa Zebida umukobwa wa Pedaya w’i Ruma. 2 Abami 24:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Amaherezo Yehoyakimu aryama hamwe na ba sekuruza biwe+, maze Yehoyakini umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe.
36 Yehoyakimu+ yari afise imyaka mirongo ibiri n’itanu igihe yatangura kuganza, maze amara imyaka cumi n’umwe aganza i Yeruzalemu+. Nyina yitwa Zebida umukobwa wa Pedaya w’i Ruma.
6 Amaherezo Yehoyakimu aryama hamwe na ba sekuruza biwe+, maze Yehoyakini umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe.