Yeremiya 27:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Ibi ni vyo Yehova ambwiye: ‘Niwihingurire imizana n’imitambikwa y’ingǒgo+, hanyuma ubishire kw’izosi ryawe+. Yeremiya 28:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Hananiya umuhanuzi aca akura wa mutambikwa w’ingǒgo kw’izosi rya Yeremiya umuhanuzi, arawuvuna+.
2 “Ibi ni vyo Yehova ambwiye: ‘Niwihingurire imizana n’imitambikwa y’ingǒgo+, hanyuma ubishire kw’izosi ryawe+.