Abalewi 26:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Namwe nzobasanzaza mu mahanga+, kandi nzosokora inkota mu rwubati inyuma yanyu+. Igihugu canyu kizotegerezwa gucika umusaka+, ibisagara vyanyu na vyo bicike ibihomvagurike. Yeremiya 24:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kandi nzobarungikira inkota+ n’ikigoyi+ n’ikiza+, gushika bahonye ku butaka nabahaye bo hamwe na ba sekuruza babo+.”’”
33 Namwe nzobasanzaza mu mahanga+, kandi nzosokora inkota mu rwubati inyuma yanyu+. Igihugu canyu kizotegerezwa gucika umusaka+, ibisagara vyanyu na vyo bicike ibihomvagurike.
10 Kandi nzobarungikira inkota+ n’ikigoyi+ n’ikiza+, gushika bahonye ku butaka nabahaye bo hamwe na ba sekuruza babo+.”’”