Yeremiya 7:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ubu rero, ko mwagumye mukora ivyo bikorwa vyose,’ ni ko Yehova avuze, ‘nanje nkaguma mvugana namwe, mvyuka kare nkavuga+, mugabo ntimwumvirize+, kandi nkaguma ndabahamagara, mugabo ntimwitabe+, Yeremiya 25:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kandi Yehova yabatumyeko abasavyi biwe bose, abahanuzi, akazinduka akabatuma, mugabo ntimwumvirije+, eka kandi ntimwateze ugutwi ngo mwumvirize+, Yeremiya 32:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Kandi bagumye bampa umugongo ntibampe mu maso+; naho nabigisha, nkazinduka nkabigisha, nta n’umwe muri bo yumviriza ngo yemere gutozwa indero+.
13 Ubu rero, ko mwagumye mukora ivyo bikorwa vyose,’ ni ko Yehova avuze, ‘nanje nkaguma mvugana namwe, mvyuka kare nkavuga+, mugabo ntimwumvirize+, kandi nkaguma ndabahamagara, mugabo ntimwitabe+,
4 Kandi Yehova yabatumyeko abasavyi biwe bose, abahanuzi, akazinduka akabatuma, mugabo ntimwumvirije+, eka kandi ntimwateze ugutwi ngo mwumvirize+,
33 Kandi bagumye bampa umugongo ntibampe mu maso+; naho nabigisha, nkazinduka nkabigisha, nta n’umwe muri bo yumviriza ngo yemere gutozwa indero+.