Gusubira mu vyagezwe 29:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Yehova ntazoshima kumubabarira+, ahubwo nyabuna ishavu rya Yehova+ n’ishaka ryiwe+ bizofumbira umwotsi uwo muntu+, kandi indahiro yose yanditse muri iki gitabu+ izomugumako ata kabuza, kandi Yehova azohanagura koko izina ryiwe munsi y’amajuru. Yesaya 65:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Muzoshiraho izina ryanyu ngo ribe iryo kurahirwa n’abo natoye, kandi Umukama Segaba Yehova azobica vy’ukuri umwumwe+, mugabo abasavyi biwe azobita irindi zina+;
20 Yehova ntazoshima kumubabarira+, ahubwo nyabuna ishavu rya Yehova+ n’ishaka ryiwe+ bizofumbira umwotsi uwo muntu+, kandi indahiro yose yanditse muri iki gitabu+ izomugumako ata kabuza, kandi Yehova azohanagura koko izina ryiwe munsi y’amajuru.
15 Muzoshiraho izina ryanyu ngo ribe iryo kurahirwa n’abo natoye, kandi Umukama Segaba Yehova azobica vy’ukuri umwumwe+, mugabo abasavyi biwe azobita irindi zina+;