Gusubira mu vyagezwe 28:50 Bibiliya y’isi nshasha 50 ihanga rifise mu maso hakaze+, ritagira nkunzi ku mutama canke ngo rigirire ubutoni umusore+.