2 Ngoma 36:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nuko aduza umwami w’Abakaludaya+ ngo abatere, uno na we atangura kwicisha inkota+ imisore yabo mu nzu y’aheranda habo+, ntiyumvira impuhwe umusore canke umwigeme w’isugi, umutama canke umusaza bukokori+. Imana itanga ikintu cose mu kuboko kwiwe. Yesaya 47:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nararakariye abantu banje+. Narahumanije intoranwa yanje+, ndabatanga mu kuboko kwawe+. Nta mbabazi wabagiriye+. Ku mutama ingǒgo yawe wayigize iyiremereye cane+. Luka 19:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 bagutsinde hasi wewe n’abana bawe bari muri wewe+, kandi ntibazosiga ibuye na rimwe rigeretse ku rindi+ muri wewe, kuko utamenye igihe c’ukugendurwa kwawe+.”
17 Nuko aduza umwami w’Abakaludaya+ ngo abatere, uno na we atangura kwicisha inkota+ imisore yabo mu nzu y’aheranda habo+, ntiyumvira impuhwe umusore canke umwigeme w’isugi, umutama canke umusaza bukokori+. Imana itanga ikintu cose mu kuboko kwiwe.
6 Nararakariye abantu banje+. Narahumanije intoranwa yanje+, ndabatanga mu kuboko kwawe+. Nta mbabazi wabagiriye+. Ku mutama ingǒgo yawe wayigize iyiremereye cane+.
44 bagutsinde hasi wewe n’abana bawe bari muri wewe+, kandi ntibazosiga ibuye na rimwe rigeretse ku rindi+ muri wewe, kuko utamenye igihe c’ukugendurwa kwawe+.”