Yesaya 49:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Abagufata nabi nzobarisha inyama zabo ubwabo; kandi bazoborerwa amaraso yabo ubwabo nk’ababorewe umuvinyu usosa. Kandi ikiri n’umubiri cose kizobwirizwa kumenya ko jewe Yehova+ ndi Umukiza+ wawe n’Umucunguzi+ wawe, Umunyabubasha wa Yakobo+.” Yeremiya 50:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Ibi rero ni vyo Yehova nyen’ingabo, Imana ya Isirayeli, avuze: ‘Ehe ngira niteho ivy’umwami wa Babiloni n’igihugu ciwe, nk’uko nitayeho ivy’umwami wa Ashuri+.
26 Abagufata nabi nzobarisha inyama zabo ubwabo; kandi bazoborerwa amaraso yabo ubwabo nk’ababorewe umuvinyu usosa. Kandi ikiri n’umubiri cose kizobwirizwa kumenya ko jewe Yehova+ ndi Umukiza+ wawe n’Umucunguzi+ wawe, Umunyabubasha wa Yakobo+.”
18 Ibi rero ni vyo Yehova nyen’ingabo, Imana ya Isirayeli, avuze: ‘Ehe ngira niteho ivy’umwami wa Babiloni n’igihugu ciwe, nk’uko nitayeho ivy’umwami wa Ashuri+.