Yobu 23:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Iciyumviro ifise ni kimwe, none ni nde yohangana na yo+?Umutima wayo urafise icipfuzo, kandi izogishitsa+. Yesaya 14:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Yehova nyen’ingabo yarahiye+, ati: “Ni ukuri, nk’uko niyumviriye, ni ko bizotegerezwa kuba; kandi nk’uko nabishinze, ni vyo bizoranguka+, Yeremiya 4:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Ku bw’ivyo, igihugu kizogandara+, kandi amajuru iyo hejuru azocura umwiza koko+. Ni kubera yuko nabivuze, nkabizirikana, kandi sinicujije, eka mbere sinzokwisubirako+.
13 Iciyumviro ifise ni kimwe, none ni nde yohangana na yo+?Umutima wayo urafise icipfuzo, kandi izogishitsa+.
24 Yehova nyen’ingabo yarahiye+, ati: “Ni ukuri, nk’uko niyumviriye, ni ko bizotegerezwa kuba; kandi nk’uko nabishinze, ni vyo bizoranguka+,
28 Ku bw’ivyo, igihugu kizogandara+, kandi amajuru iyo hejuru azocura umwiza koko+. Ni kubera yuko nabivuze, nkabizirikana, kandi sinicujije, eka mbere sinzokwisubirako+.