Itanguriro 37:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Abahungu biwe bose n’abakobwa biwe bose baguma baza kumuhoza+, mugabo aguma yanka guhozwa avuga+ ati: “Kuko nzomanuka iyo umuhungu wanje ari mu kuzimu* ngandaye!” Nuko se wiwe abandanya kumuririra.
35 Abahungu biwe bose n’abakobwa biwe bose baguma baza kumuhoza+, mugabo aguma yanka guhozwa avuga+ ati: “Kuko nzomanuka iyo umuhungu wanje ari mu kuzimu* ngandaye!” Nuko se wiwe abandanya kumuririra.