Yeremiya 23:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nzozihagurukiriza abungere bazoziragira koko+; ntizizokwongera gutinya, eka kandi ntizizocika ivutu+, kandi nta n’imwe izobura,” ni ko Yehova avuze. Ezekiyeli 34:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Nzozihagurukiriza umwungere umwe+, na we azoziragira, emwe, umusavyi wanje Dawidi+. Ni we azoziragira, kandi ni we azoba umwungere wazo+. Abanyefeso 4:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kandi hari abo yatanze ngo babe intumwa+, abo yatanze ngo babe abahanuzi+, abo yatanze ngo babe abamamaji b’injili+, abo yatanze ngo babe abungere n’abigisha+,
4 Nzozihagurukiriza abungere bazoziragira koko+; ntizizokwongera gutinya, eka kandi ntizizocika ivutu+, kandi nta n’imwe izobura,” ni ko Yehova avuze.
23 Nzozihagurukiriza umwungere umwe+, na we azoziragira, emwe, umusavyi wanje Dawidi+. Ni we azoziragira, kandi ni we azoba umwungere wazo+.
11 Kandi hari abo yatanze ngo babe intumwa+, abo yatanze ngo babe abahanuzi+, abo yatanze ngo babe abamamaji b’injili+, abo yatanze ngo babe abungere n’abigisha+,