Yesaya 51:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ibi ni vyo Umukama wawe, Yehova, mbere Imana yawe, umwe aniganira+ abantu biwe, avuze: “Raba! Nzokura mu kuboko kwawe ca gikombe gitera ibizunguzungu+. Ya kalisi, ca gikombe canje c’ubushangashirwe—ntuzosubira kwongera kukinywako+.
22 Ibi ni vyo Umukama wawe, Yehova, mbere Imana yawe, umwe aniganira+ abantu biwe, avuze: “Raba! Nzokura mu kuboko kwawe ca gikombe gitera ibizunguzungu+. Ya kalisi, ca gikombe canje c’ubushangashirwe—ntuzosubira kwongera kukinywako+.