Yeremiya 36:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Yeremiya ahamagara rero Baruki+ mwene Neriya kugira ngo Baruki yandike amajambo yose ya Yehova, ayo yari yabwiye Yeremiya, ayandike ku muzingo w’igitabu ayakuye mu kanwa ka Yeremiya+. Yeremiya 36:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Vyongeye, umwami ategeka Yerahimeyeli umuhungu w’umwami na Seraya mwene Aziriyeli na Shelemiya mwene Abudeyeli gufata Baruki umunyamabanga na Yeremiya umuhanuzi+. Mugabo Yehova aguma abahishije+.
4 Yeremiya ahamagara rero Baruki+ mwene Neriya kugira ngo Baruki yandike amajambo yose ya Yehova, ayo yari yabwiye Yeremiya, ayandike ku muzingo w’igitabu ayakuye mu kanwa ka Yeremiya+.
26 Vyongeye, umwami ategeka Yerahimeyeli umuhungu w’umwami na Seraya mwene Aziriyeli na Shelemiya mwene Abudeyeli gufata Baruki umunyamabanga na Yeremiya umuhanuzi+. Mugabo Yehova aguma abahishije+.