4 “Muri iyo misi no muri ico gihe+,” ni ko Yehova avuze, “bene Isirayeli bazoza bari kumwe na bene Yuda+. Bazogenda bararira ingenda+, kandi bazorondera Yehova Imana yabo+.
11 Egome, bene Yuda na bene Isirayeli bazokoranirizwa hamwe mu bumwe+, bishirireho koko umukuru umwe maze baduge bave mu gihugu+, kuko umusi wa Yezireyeli uzoba uhambaye+.