21 Navuganye nawe igihe wari ubayeho ata co winona+. Wavuze uti: ‘Eka singamburuka+.’ Iyo ni yo nzira yawe kuva mu buto bwawe, kuko utagamburutse ijwi ryanje+.
3 Nuko batangura kugira ubumaraya mu Misiri+. Mu buto bwabo bakoze ubumaraya+. Aho ni ho amabere yabo yafyondewe+, kandi aho ni ho bagumbiririye ibikiriza vy’ubusugi bwabo.