17 Maze abandanya kumbwira ati: “Mbega wabonye ivyo bintu ga mwana w’umuntu? Mbega ni icoroshe ku nzu ya Yuda gukora ivyo bintu biteye ishishi bakoreye ng’aha, ku buryo barinda kwuzuza igihugu ubukazi+, bakongera kumbabaza, kandi bagatuma agashami ku zuru ryanje?