Zaburi 96:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nimuvuge mu mahanga muti: “Yehova ubwiwe acitse umwami+.Ubutaka bwimbuka na bwo burashimangiwe ku buryo budashobora kunyiganyizwa+.Azoburanira ibisata vy’abantu mu kugororoka+.” Zaburi 104:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Yashinze isi ku bibanza vyayo bishimangiye+;Ntizogenda inyiganyijwe gushika igihe kitagira urugero, emwe gushika ibihe bidahera+. Zaburi 119:90 Bibiliya y’isi nshasha 90 Ubwizigirwa bwawe ni ubw’iyaruka ku rindi+.Washimangiye isi, kugira igume ihagaze+. Umusiguzi 1:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Iyaruka rimwe riragenda+, irindi rikaza+; ariko isi igumaho gushika igihe kitagira urugero*+.
10 Nimuvuge mu mahanga muti: “Yehova ubwiwe acitse umwami+.Ubutaka bwimbuka na bwo burashimangiwe ku buryo budashobora kunyiganyizwa+.Azoburanira ibisata vy’abantu mu kugororoka+.”
5 Yashinze isi ku bibanza vyayo bishimangiye+;Ntizogenda inyiganyijwe gushika igihe kitagira urugero, emwe gushika ibihe bidahera+.