Yeremiya 32:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 Emwe, amatongo azogurwa muri iki gihugu+, ico muzovuga ku bicerekeye ngo: “Ni igiharabuga+ kitagiramwo umuntu n’igitungwa. Catanzwe mu kuboko kw’Abakaludaya+.”’ Yeremiya 51:62 Bibiliya y’isi nshasha 62 Uze uvuge uti: ‘Ewe Yehova, ni wewe ubwawe wavuze ku bijanye n’aha hantu, kugira uharandure ngo ntihaze hagire uwusubira kuhaba+, yaba umuntu canke mbere igitungwa, mugabo hacike igiharabuga gushika igihe kitagira urugero.’
43 Emwe, amatongo azogurwa muri iki gihugu+, ico muzovuga ku bicerekeye ngo: “Ni igiharabuga+ kitagiramwo umuntu n’igitungwa. Catanzwe mu kuboko kw’Abakaludaya+.”’
62 Uze uvuge uti: ‘Ewe Yehova, ni wewe ubwawe wavuze ku bijanye n’aha hantu, kugira uharandure ngo ntihaze hagire uwusubira kuhaba+, yaba umuntu canke mbere igitungwa, mugabo hacike igiharabuga gushika igihe kitagira urugero.’