Kuvayo 21:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Niwagura umushumba w’Umuheburayo+, azoba umushumba imyaka itandatu, mugabo mu wugira indwi azosohoka ari uwidegemvya, ata kirishwe+. Abalewi 25:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Maze ategerezwa gusohoka akava iwawe, we n’abahungu biwe bari kumwe na we, agasubira mu muryango wiwe, no kw’itongo rya ba sekuruza+.
2 “Niwagura umushumba w’Umuheburayo+, azoba umushumba imyaka itandatu, mugabo mu wugira indwi azosohoka ari uwidegemvya, ata kirishwe+.
41 Maze ategerezwa gusohoka akava iwawe, we n’abahungu biwe bari kumwe na we, agasubira mu muryango wiwe, no kw’itongo rya ba sekuruza+.