Gusubira mu vyagezwe 15:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Mwene wanyu, Umuheburayo canke Umuheburayokazi, niyagurishwa kuri wewe+, kandi akaba amaze kugukorera imyaka itandatu, mu mwaka ugira indwi rero ukwiye kumurungika akava iwawe ari uwidegemvya+. Yeremiya 34:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 “Haheze imyaka indwi, umwe wese muri mwebwe aze arekure mwene wabo+, ni ukuvuga Umuheburayo+ yakugurishijweko+ akagukorera imyaka itandatu; uze umureke agende yidegemvya ave iwawe.” Mugabo ba sogokuruza banyu ntibanyumvirije, eka kandi ntibateze ugutwi+.
12 “Mwene wanyu, Umuheburayo canke Umuheburayokazi, niyagurishwa kuri wewe+, kandi akaba amaze kugukorera imyaka itandatu, mu mwaka ugira indwi rero ukwiye kumurungika akava iwawe ari uwidegemvya+.
14 “Haheze imyaka indwi, umwe wese muri mwebwe aze arekure mwene wabo+, ni ukuvuga Umuheburayo+ yakugurishijweko+ akagukorera imyaka itandatu; uze umureke agende yidegemvya ave iwawe.” Mugabo ba sogokuruza banyu ntibanyumvirije, eka kandi ntibateze ugutwi+.