Yeremiya 25:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 ari yo Yeruzalemu n’ibisagara vya Yuda n’abami baho, abaganwa baho, kugira ngo bigirwe ikibanza catikijwe, akajoreza+, ikintu co kuvugiriza agahwa be n’umuvumo, nk’uko biri uyu musi+; Daniyeli 9:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ntitwumvirije abasavyi bawe b’abahanuzi+, bavuze mw’izina ryawe babwira abami bacu, abaganwa bacu na ba sogokuruza bacu be n’abanyagihugu bose+.
18 ari yo Yeruzalemu n’ibisagara vya Yuda n’abami baho, abaganwa baho, kugira ngo bigirwe ikibanza catikijwe, akajoreza+, ikintu co kuvugiriza agahwa be n’umuvumo, nk’uko biri uyu musi+;
6 Ntitwumvirije abasavyi bawe b’abahanuzi+, bavuze mw’izina ryawe babwira abami bacu, abaganwa bacu na ba sogokuruza bacu be n’abanyagihugu bose+.