ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 17:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 nuko ntibumviriza mugabo baguma bakomantaza amazosi yabo+ nk’amazosi ya ba sekuruza babo batari barizeye+ Yehova Imana yabo;

  • 2 Ngoma 36:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Mugabo baguma bashinyagurira+ izo ntumwa z’Imana y’ukuri, basuzugura amajambo yayo+ bongera batwenga+ abahanuzi bayo, gushika ubushangashirwe+ bwa Yehova buje ku bantu biwe, gushika aho gukira bitaba bigishoboka+.

  • Yeremiya 7:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Ubu rero, ko mwagumye mukora ivyo bikorwa vyose,’ ni ko Yehova avuze, ‘nanje nkaguma mvugana namwe, mvyuka kare nkavuga+, mugabo ntimwumvirize+, kandi nkaguma ndabahamagara, mugabo ntimwitabe+,

  • Yeremiya 29:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 kubera ko batumvirije amajambo yanje,’ ni ko Yehova avuze, ‘ayo nabarungikiye nkoresheje abasavyi banje abahanuzi, nkazinduka kare nkabatuma+.’

      “‘Mugabo ntimwumvirije+,’ ni ko Yehova avuze.

  • Yeremiya 44:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Mugabo ntibumvirije+, canke ngo batege ugutwi kugira ngo bahindukire bave mu bubi bwabo, mu kudafumbishiriza umwotsi w’ibimazi izindi mana+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika