ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 6:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Umva, wa si we! Ehe ngira nzane ivyago kuri aba bantu+ bibe ivyamwa vy’ivyiyumviro vyabo+, kuko batumvirije amajambo yanje; kandi itegeko ryanje, na ryo nyene bagumye barishibura+.”

  • Yeremiya 26:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 ngo mwumvirize amajambo y’abasavyi banje abahanuzi, abo ndabatumako, egome, nkazinduka nkabatuma, abo mutumvirije+,

  • Ivyakozwe 28:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Kuko umutima w’aba bantu udadaraye, kandi bumvishije amatwi yabo ntihagira ico bakora, kandi bihumye amaso; kugira ngo ntibigere babonesha amaso yabo, ngo bumvishe n’amatwi yabo, baheze bategere bakoresheje umutima wabo, ngo bahindukire, ndabakize+.”’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika