2 Abami 25:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Maze bafata umwami+ hanyuma bamudugana ku mwami wa Babiloni i Ribula+, kugira ngo bamucire urubanza. Yeremiya 39:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nuko umwami wa Babiloni atangura kwicira+ abahungu ba Zedekiya i Ribula mu maso yiwe+, kandi umwami wa Babiloni yica n’abanyacubahiro bose ba Yuda+. Yeremiya 52:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nuko umwami wa Babiloni yicira abahungu ba Zedekiya mu maso yiwe+, yicira n’abaganwa bose ba Yuda i Ribula+. Gucura intimba 4:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Uwari impemu zo mu mazuru yacu+, uwo Yehova yarobanuje amavuta*+, yafatiwe mu cobo cabo kinini+,Uwo twavugako duti: “Tuzoba mu gitutu ciwe+ mu mahanga+.”
6 Maze bafata umwami+ hanyuma bamudugana ku mwami wa Babiloni i Ribula+, kugira ngo bamucire urubanza.
6 Nuko umwami wa Babiloni atangura kwicira+ abahungu ba Zedekiya i Ribula mu maso yiwe+, kandi umwami wa Babiloni yica n’abanyacubahiro bose ba Yuda+.
10 Nuko umwami wa Babiloni yicira abahungu ba Zedekiya mu maso yiwe+, yicira n’abaganwa bose ba Yuda i Ribula+.
20 Uwari impemu zo mu mazuru yacu+, uwo Yehova yarobanuje amavuta*+, yafatiwe mu cobo cabo kinini+,Uwo twavugako duti: “Tuzoba mu gitutu ciwe+ mu mahanga+.”