Imigani 6:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Niwubahirize mwananje ibwirizwa rya so wawe+, kandi ntuhebe itegeko rya nyoko wawe+.