Abanyefeso 6:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 “Kugira ngo bikugendere neza, ubone kurambira kw’isi+.” Abakolosayi 3:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Yemwe bana, mugamburukire+ abavyeyi banyu muri vyose, kuko ivyo bihimbaye rwose mu Mukama.