Imigani 6:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Niwubahirize mwananje ibwirizwa rya so wawe+, kandi ntuhebe itegeko rya nyoko wawe+. Luka 2:51 Bibiliya y’isi nshasha 51 Hanyuma amanukana na bo ashika i Nazareti, aguma abayobokera+. Vyongeye, nyina wiwe abika neza ayo majambo yose mu mutima wiwe+. Abanyefeso 6:1 Bibiliya y’isi nshasha 6 Bana, mugamburukire abavyeyi banyu+ mu bumwe+ n’Umukama, kuko ivyo bigororotse+:
51 Hanyuma amanukana na bo ashika i Nazareti, aguma abayobokera+. Vyongeye, nyina wiwe abika neza ayo majambo yose mu mutima wiwe+.