Gusubira mu vyagezwe 31:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Maze Musa akirangiza kwandika amajambo y’iri tegeko mu gitabu, ayahejeje+, Yeremiya 45:1 Bibiliya y’isi nshasha 45 Ijambo Yeremiya umuhanuzi yabwiye Baruki+ mwene Neriya, igihe yandika mu gitabu ayo majambo ayakuye mu kanwa ka Yeremiya+, mu mwaka ugira kane wa Yehoyakimu+ mwene Yosiya, umwami wa Yuda, ati: Ezekiyeli 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nuko ntangura kubona, maze ngize ntya, mbona ukuboko kuramvuye kuza iyo ndi+, kandi ngize ntya, mbona muri kwo hari umuzingo w’igitabu+.
45 Ijambo Yeremiya umuhanuzi yabwiye Baruki+ mwene Neriya, igihe yandika mu gitabu ayo majambo ayakuye mu kanwa ka Yeremiya+, mu mwaka ugira kane wa Yehoyakimu+ mwene Yosiya, umwami wa Yuda, ati:
9 Nuko ntangura kubona, maze ngize ntya, mbona ukuboko kuramvuye kuza iyo ndi+, kandi ngize ntya, mbona muri kwo hari umuzingo w’igitabu+.