Yeremiya 26:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Hari aho bokwumviriza maze bagahindukira, umwe wese akava mu nzira yiwe mbi+, nanje sinzobura kwicuza ku bijanye n’ivyago niyumvira kubashitsako kubera ububi bw’ibikorwa vyabo+.
3 Hari aho bokwumviriza maze bagahindukira, umwe wese akava mu nzira yiwe mbi+, nanje sinzobura kwicuza ku bijanye n’ivyago niyumvira kubashitsako kubera ububi bw’ibikorwa vyabo+.