Yesaya 1:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Nimwiyoze+, mwihumanure+; nimukure ububi bw’ibikorwa vyanyu imbere y’amaso yanje+, mureke gukora ikibi+. Yesaya 55:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Umubisha nahebe inzira yiwe+, n’umuntu agira nabi ahebe ivyiyumviro vyiwe+; nagaruke kuri Yehova, uwuzomugirira imbabazi+, ku Mana yacu, kuko izobabarira cane+. Yeremiya 36:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Hari aho ab’inzu ya Yuda bokwumviriza ivyago vyose niyumvira kubateza+, bagahindukira+, umwe wese akava mu nzira yiwe mbi, nanje nkabababarira koko ikosa ryabo n’igicumuro cabo+.” Ezekiyeli 18:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 “‘Kandi umubisha niyahindukira akava mu bubisha yakoze, agatangura gushitsa ubutungane n’ubugororotsi+, uwo ni we azokwizigamira ubuzima+.
16 Nimwiyoze+, mwihumanure+; nimukure ububi bw’ibikorwa vyanyu imbere y’amaso yanje+, mureke gukora ikibi+.
7 Umubisha nahebe inzira yiwe+, n’umuntu agira nabi ahebe ivyiyumviro vyiwe+; nagaruke kuri Yehova, uwuzomugirira imbabazi+, ku Mana yacu, kuko izobabarira cane+.
3 Hari aho ab’inzu ya Yuda bokwumviriza ivyago vyose niyumvira kubateza+, bagahindukira+, umwe wese akava mu nzira yiwe mbi, nanje nkabababarira koko ikosa ryabo n’igicumuro cabo+.”
27 “‘Kandi umubisha niyahindukira akava mu bubisha yakoze, agatangura gushitsa ubutungane n’ubugororotsi+, uwo ni we azokwizigamira ubuzima+.