Yeremiya 36:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Maze baza aho umwami ari, mu kigo+; nya muzingo basiga bawubikije mu cumba c’uburiro+ ca Elishama+ umunyamabanga; hanyuma batangura kwigana nya majambo yose mu matwi y’umwami.
20 Maze baza aho umwami ari, mu kigo+; nya muzingo basiga bawubikije mu cumba c’uburiro+ ca Elishama+ umunyamabanga; hanyuma batangura kwigana nya majambo yose mu matwi y’umwami.