Yeremiya 26:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Mugabo Umwami Yehoyakimu atuma abagabo mu Misiri, ari bo Elinatani mwene Akibori+ n’abandi bagabo bajanye na we mu Misiri. Yeremiya 36:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Mbere Elinatani+ na Delaya+ na Gemariya+ batakambira umwami ngo ntaturire nya muzingo, mugabo ntiyabumviriza+.
22 Mugabo Umwami Yehoyakimu atuma abagabo mu Misiri, ari bo Elinatani mwene Akibori+ n’abandi bagabo bajanye na we mu Misiri.
25 Mbere Elinatani+ na Delaya+ na Gemariya+ batakambira umwami ngo ntaturire nya muzingo, mugabo ntiyabumviriza+.