14 Nuko Hilikiya umuherezi na Ahikamu na Akibori na Shafani na Asaya baja kuri Hulida umuhanuzikazi+, umugore wa Shalumu mwene Tikiva, Tikiva mwene Harihasi, uwitwararika impuzu+, kuko yaba i Yeruzalemu mu gice ca kabiri c’igisagara; maze batangura kuvugana na we+.