12 ndaheza mpa nya cete c’ubuguzi Baruki+ mwene Neriya+, Neriya wa Mahiseya, ndakimuhera mu maso ya Hanameli mwene datawacu no mu maso ya nya vyabona, abari banditse kuri nya cete c’ubuguzi+, no mu maso y’Abayuda bose bari bicaye mu Kigo c’Abarinzi+.