2 Abami 24:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Amaherezo Yehoyakimu aryama hamwe na ba sekuruza biwe+, maze Yehoyakini umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe. Daniyeli 1:1 Bibiliya y’isi nshasha 1 Mu mwaka ugira gatatu w’ingoma ya Yehoyakimu+ umwami wa Yuda, Nebukadinezari umwami wa Babiloni aza i Yeruzalemu, atangura kuhasugereza+.
6 Amaherezo Yehoyakimu aryama hamwe na ba sekuruza biwe+, maze Yehoyakini umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe.
1 Mu mwaka ugira gatatu w’ingoma ya Yehoyakimu+ umwami wa Yuda, Nebukadinezari umwami wa Babiloni aza i Yeruzalemu, atangura kuhasugereza+.