Yeremiya 37:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Igihe yashika mw’Irembo rya Benyamini+, umukuru w’abarinzi yitwa Iriya mwene Shelemiya, Shelemiya mwene Hananiya, ni ho yari ari. Aca afata Yeremiya umuhanuzi, amubwira ati: “Ugira wishikane ku Bakaludaya!”
13 Igihe yashika mw’Irembo rya Benyamini+, umukuru w’abarinzi yitwa Iriya mwene Shelemiya, Shelemiya mwene Hananiya, ni ho yari ari. Aca afata Yeremiya umuhanuzi, amubwira ati: “Ugira wishikane ku Bakaludaya!”