Yeremiya 46:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 “‘Kubera iki nababonye bacitse ivutu? Bariko basubira inyuma, kandi abagabo b’abanyenkomezi babo barajanjaguwe; bahunze koko, ntibahindukiye+. Hari ivutu irya n’ino+,’ ni ko Yehova avuze. Yeremiya 46:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Ikigeretseko, abasoda biwe b’abacangero hagati muri we bameze nk’inyana zadoheshejwe+. Mugabo na bo nyene basubiye inyuma+; bahungiye icarimwe. Ntibananye+. Kuko umusi w’icago cabo uje kuri bo, igihe c’uko ivyabo vyitabwaho+.’
5 “‘Kubera iki nababonye bacitse ivutu? Bariko basubira inyuma, kandi abagabo b’abanyenkomezi babo barajanjaguwe; bahunze koko, ntibahindukiye+. Hari ivutu irya n’ino+,’ ni ko Yehova avuze.
21 Ikigeretseko, abasoda biwe b’abacangero hagati muri we bameze nk’inyana zadoheshejwe+. Mugabo na bo nyene basubiye inyuma+; bahungiye icarimwe. Ntibananye+. Kuko umusi w’icago cabo uje kuri bo, igihe c’uko ivyabo vyitabwaho+.’