2 Abami 25:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Abahungu ba Zedekiya babicira mu maso yiwe+, amaso ya Zedekiya na yo arayahumisha+, hanyuma amubohesha amapingu y’umujumpu+ araheza amujana i Babiloni+. 2 Ngoma 36:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Vyongeye, abasigaye batishwe n’inkota abatwara i Babiloni ari imbohe+, baba abasuku biwe+ n’ab’abahungu biwe gushika ubwami bw’Ubuperesi+ butanguye kuganza; Yeremiya 39:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nuko umwami wa Babiloni atangura kwicira+ abahungu ba Zedekiya i Ribula mu maso yiwe+, kandi umwami wa Babiloni yica n’abanyacubahiro bose ba Yuda+. Yeremiya 52:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nuko inteko za gisirikare z’Abakaludaya zitangura kwoma inyuma umwami+, maze zihambiriza Zedekiya+ mu biyaya vy’ubugaragwa vy’i Yeriko; inteko za gisirikare ziwe zose zirasanzara zimuva i ruhande+.
7 Abahungu ba Zedekiya babicira mu maso yiwe+, amaso ya Zedekiya na yo arayahumisha+, hanyuma amubohesha amapingu y’umujumpu+ araheza amujana i Babiloni+.
20 Vyongeye, abasigaye batishwe n’inkota abatwara i Babiloni ari imbohe+, baba abasuku biwe+ n’ab’abahungu biwe gushika ubwami bw’Ubuperesi+ butanguye kuganza;
6 Nuko umwami wa Babiloni atangura kwicira+ abahungu ba Zedekiya i Ribula mu maso yiwe+, kandi umwami wa Babiloni yica n’abanyacubahiro bose ba Yuda+.
8 Nuko inteko za gisirikare z’Abakaludaya zitangura kwoma inyuma umwami+, maze zihambiriza Zedekiya+ mu biyaya vy’ubugaragwa vy’i Yeriko; inteko za gisirikare ziwe zose zirasanzara zimuva i ruhande+.