Zaburi 41:1 Bibiliya y’isi nshasha 41 Hahiriwe uwitwararika umuntu mutoyi+.Ku musi w’ivyago Yehova azomukiza+. Zaburi 50:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Numpamagare ku musi w’amarushwa+.Nzogutabara, nawe uzoninahaza+.” Zaburi 91:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ko yanyiyumvisemwo+,Nanje rero nzomukiza+.Nzomukingira kuko yamenye izina ryanje+.