Gusubira mu vyagezwe 29:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Maze bazovuga ngo: ‘Ni kubera bataye isezerano+ rya Yehova Imana ya ba sekuruza babo, iryo yagiranye na bo igihe yabakura mu gihugu ca Misiri+. 1 Abami 9:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Maze bazovuga ata kabuza bati: ‘Ni kubera ko bahevye Yehova Imana yabo yari yarakuye ba sekuruza babo mu gihugu ca Misiri+, bagatangura kwifatanya n’izindi mana+, bakazunamira bakazikorera. Ni co catumye Yehova abazanako ibi vyago vyose+.’”
25 Maze bazovuga ngo: ‘Ni kubera bataye isezerano+ rya Yehova Imana ya ba sekuruza babo, iryo yagiranye na bo igihe yabakura mu gihugu ca Misiri+.
9 Maze bazovuga ata kabuza bati: ‘Ni kubera ko bahevye Yehova Imana yabo yari yarakuye ba sekuruza babo mu gihugu ca Misiri+, bagatangura kwifatanya n’izindi mana+, bakazunamira bakazikorera. Ni co catumye Yehova abazanako ibi vyago vyose+.’”